Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 22:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Umwami avyumvise, atuma guhamagaza Ahimeleki umuherezi, mwene Ahitubu, n’ab’ inzu ya se bose, ari bo baherezi b’i Nobu; bose bītaba umwami.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 22:11
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Dawidi aja i Nobu kwa Ahimeleki umuherezi; Ahimeleki aza kumusanganira ahinda agashitsi; aramubaza, ati Vyagenze bite, k’uri wenyene ata waguherekeje?


na we amusiguriza Uhoraho, kand’ amuha impamba, amuha na ya nkota yar’ iya Goliyati Umufilisitiya.


Bashitse, Sauli aravuga, ati Wewe mwana wa Ahitubu! Na we ati Sabge mugenzi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ