Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 22:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Nuko Dawidi avayo, arahunga, aja mw isenga ry’i Adulamu. Bukeye bakuru be na bene wabo bose bavyumvise, baramanuka bamusangayo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 22:1
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mur’ iyo misi Yuda avana n’abo bavukana, aramanuka, asembera ku Munyadulamu yitwa Hira.


Umusi ur’ izina batatu bo muri bamwe mirongwitatu b’abahizi baramanuka, baja kuri ca gitandara iyo Dawidi ari, muri rya senga ry’i Adulamu; kand’ ingabo z’Abafilisitiya zari zishagaje ku mwonga Refayimu.


Nzokwama mpimbaza Uhoraho ibihe vyose, Ishimwe ryiwe rizoba mu kanwa kanje urudaca.


Namwe muba i Maresha nzobarungikira ūzobanesha; ubgiza bg’ Abisirayeli buzoshika no muri Adulamu.


Kukw ehe rāba, Uhoraho ahagurutse ava i we, agira amanuke, atambagire ku mpinga z’imisozi yo mw isi.


(isi ntiyar’ ibabereye ko bayibamwo), bāyerera mu bugaragwa no mu bisozi no mu masenga no mu vyobo.


na Yaramuti na Aduwamu na Sokoho na Azeka,


Maz’ izo ngabo za Dawidi ziramubarira, zit’ Uyu ni wa musi Uhoraho yakubgira kw azogabura umwansi wawe mu maboko yawe, ng’ uz’ umugire uk’ ugomba. Dawidi ava hasi, acacura umutwe w’impuzu ya Sauli buhoro‐buhoro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ