Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 21:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Uwo muherezi aramwishura, ati Ya nkota ya Goliyati wa Mufilisitiya watsinda mu mwonga Ela, ehe ngiyi iri hano, izingiriwekw impuzu inyuma ya efodi; ni wagomba kuyijana, uyijane, kukw ata yindi iri hano atar’ iyo. Dawidi aramwishura, ati Nta yiruta iyo; yimpe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 21:9
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Sauli n’Abisirayeli na bo barakorakorana, basagaza ku mwonga Ela, batonda urugamba ngo barwanye Abafilisitiya.


Dawidi abaza Ahimeleki, ati Mbega nta cumu wogira hano cank’ inkota? Nta nkota nazanye cank’ ikindi kirwanishwa, kuk’ urubanza rw’umwami rwar’ urwo kwihuta.


na we amusiguriza Uhoraho, kand’ amuha impamba, amuha na ya nkota yar’ iya Goliyati Umufilisitiya.


Ibirwanishwa vyiwe babishira mu rusengero rwa Ashitaroti, umuvyimba wiwe bawēnētsa ku ruzitiro rw’amabuye rw’igisagara c’i Beti‐shani.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ