Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 21:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Dawidi yishura uwo muherezi, ati Vy’ukuri haciye imisi itatu dutandukanye n’abagore; kandi twavuye i muhira ibintu vy’iyo mikangara vyejejwe, nah’ ar’ urugendo nk’izindi. Non’ uyu musi ibintu vyabo ntibiheza bikarushiriza kuba ivyera?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 21:5
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Mose aramanuka, ava kur’ uwo musozi, aja iy’ abantu bari, arababgira bariyeza, bamesura impuzu zabo.


Abarira abantu, at’ Umusi ugira gatatu uz’ ushike mwiteguye, kandi ntihaze hagire uwegerana n’umugore.


Uz’ utereke kur’ ayo meza imitsima y’ibiterekērwa, yame imbere yanje na ntaryo.


Kand’ iyo mitsima iz’ ibe iya Aroni n’abana biwe; baze bahore bayirīra ahantu hera, kukw ar’ umugabane wiwe wera cane w’intahava agerewe mu mashikanwa atōngōrwa n’umuriro nshikanirwa, jewe Uhoraho.


Kandi muri ya ndumane irimw’ imitsima itambiwe iteretse imbere y’Uhoraho, akūramw’ umutsima umwe, n’agatsima kamwe kācumbanywe n’amavuta ya elayo, n’akandi kamwe kabēhūye, ayishira kur’ ivyo binure no kur’ ico gikenye c’ ukuguru kw’i buryo.


Umwami aramwishura, ati Pfa kugenda, kuk’ uwo muntu ar’ ikintu nītoranirije, ngw ajane izina ryanje imbere y’abanyamahanga n’abami n’Abisirayeli:


Ntimukīmane, shiti kumbure musezeranye igihe, kugira ngo mubone uburyo bgo gusenga, kandi mwongere mubane, Satani ntabageragereshe kutirinda kwanyu.


Ivyoba vyiza n’uko mwobabazwa muhōwe gukora ivyiza, ari co Imana igomvye, hako muhōrwa gukora ibibi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ