Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 21:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Uwo muherezi yishura Dawidi, ati Nta mitsima isanzwe mfise, atar’ iyejejwe; n’imiburiburi iyaba iyo mikangara idaherūkanye n’ abagore.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 21:4
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abarira abantu, at’ Umusi ugira gatatu uz’ ushike mwiteguye, kandi ntihaze hagire uwegerana n’umugore.


Uz’ utereke kur’ ayo meza imitsima y’ibiterekērwa, yame imbere yanje na ntaryo.


Kand’ uwo mugabo ni yaramuka aryamanye n’umugore, bompi biyuhagire, bakomeze kuba abahumanye gushitsa ku mugoroba.


kandi ngo babonane n’abaherezi bo mu ngoro y’Uhoraho Nyen’ ingabo n’abavugishwa n’Imana, bababaze, bati Mbega dukwiye kwama turira mu kwezi kwa gatanu, twigungiye ukwacu, nk’uko twabigenza mur’ iyo myaka yose ukw ingana?


Ntimukīmane, shiti kumbure musezeranye igihe, kugira ngo mubone uburyo bgo gusenga, kandi mwongere mubane, Satani ntabageragereshe kutirinda kwanyu.


Mbega nta kazimano? Ntabaza udutsima dutanu, cank’ ico wobona cose.


Nuk’ uwo muherezi amuha imitsima yejejwe, kukw ata yindi yariho atar’ iy’ ibiterekērwa, iyo bāhora bakūra imbere y’Uhoraho, bagasubizah’ iyigishūshe ku musi bayikūyeho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ