Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 21:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Dawidi yishura Ahimeleki umuherezi, at’ Umwami yantumye ku rubanza, arambarira ngo ntihagire umuntu n’umwe amenya ivy’ urwo rubanza yantumyeko, cank’ ico yangeze. Kand’ imikangara yanje nayirangiye ko tuzohūrira ahanaka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 21:2
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Isaka abaza umwana wiwe, ati Ko waronse n’ingoga, ga mwana wanje? Ati N’uk’ Uhoraho Imana yawe ampaye kugira ibakwe.


Aramubaza, ati Mbeg’ uri Esau umwana wanje koko? Aramwishura, ati Ndi we.


Na we aramwishura, ati Nanje nd’ ūvugishwa n’Imana nkawe, kand’ umumarayika yambariye avugishijwe n’ijambo ry’Uhoraho, ati Genda umugarure, umujane i wawe, umuhe ico arya n’ico anywa. Ariko yaramubesha.


Inzira y’ibinyoma n’ibe kure yanje: Umpere ubuntu ivyagezwe vyawe.


Uhoraho, shira umurinzi imbere y’akanwa kanje: Rinda umuryango w’iminwa yanje.


Kur’ uyu musi wa none barataha i Nobu, babānguriye ukuboko umusozi w’umukobga w’i Siyoni, umurambi w’i Yerusalemu.


Kukw abāvuye kwa Yakobo batarashikayo yasangira n’abanyamahanga; ariko bashitseyo, ariyonjorora, arabanēna, kukw atinye abo mu bākebge.


Ntimukabeshane, kuko mwiyambuye umuntu wa kera n’ibikorwa vyiwe,


Sauli abimenye, abaza Mikali, ati N’iki caguteye kumpenda urtyo, ukareka umwansi wanje, agacika? Mikali yishura Sauli, ati Yambgiye, ati Ndeka ngende, sinkwice.


Mbega nta kazimano? Ntabaza udutsima dutanu, cank’ ico wobona cose.


Dawidi abarira Abiyatari, ati Wa musi, aho nabona Dowegi Umunyedomu, namenye kw atazobura kubibarira Sauli: abo mu nzu ya so bose ni jewe bazize.


Maze Dowegi w’Umunyedomu, yar’ ahagararanye n’abo bagendanyi ba Sauli, yishura umwami, ati Narabonye mwene Isayi uwo aza i Nobu kwa Ahimeleki mwene Ahitubu;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ