15 Mbega har’ abasazi nari nkennye mu ko munzanira uru rugabo kunsarira imbere? Urugabo nk’uru rwongīra mu nzu?
Abahambaye bampamiye ubusa; Arik’ umutima wanje wubaha amajambo yawe.
Akishi abarira abo bantu biwe, at’ Aho ntimubona k’uyo muntu yasaze? Icatumye mumunzanira n’iki?
Nuko Dawidi avayo, arahunga, aja mw isenga ry’i Adulamu. Bukeye bakuru be na bene wabo bose bavyumvise, baramanuka bamusangayo.