Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 20:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Yonatani aramwishura, ati Biragahera! None nomenya ko data afise inama yo kukugirira nabi, sinoca ndabikubgira?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 20:9
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nukw abūrira Dawidi, ati Data Sauli agomba kukwica; none rero wirinde: ejo uz’ ube ur’ ahantu hiherereye, wihishe.


Nanje nzogenda mpagararane na data ku musozi ah’ uzoba uri nyene, mvugane na we ivyawe; ni nagira ico numva cose nzokikubarira.


Maze Dawidi abaza Yonatani, ati None so ni yakwishura nabi, nzobibgirwa n’iki?


Yongera kumutera akamo, ati Bandanya unyaruke, ntuhagarare. Nuko nya mwana wa Yonatani atora imyampi, agaruka aho shebuja ari.


Maze Yonatani abarira Dawidi, ati Genda amahoro, ko twarahiye mw izina ry’Uhoraho, tukavuga, tut’ Uhoraho azoba hagati yacu no hagati y’ uruvyaro rwacu gushitsa ibihe vyose. Nuko Dawidi arahaguruka aragenda; Yonatani na we asubira mu gisagara.


Nuko rer’ ungirire neza, jewe umusavyi wawe, kuko wansezeraniye isezerano imbere y’Uhoraho. Ariko namba har’ igicumuro mfise, n’unyiyicire ubgawe: n’iki cotuma urinda kunshīra so?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ