1 Samweli 20:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 maze so ni yaramuka andāvye akambura, uz’ uheze uvuge, uti Dawidi yaranyinginze ngo ndamurekure anyanyase, akubite i wabo i Betelehemu, ngo Kukw igihe co gutangira umuryango wose ikimazi c’umwaka kigeze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |