1 Samweli 20:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Dawidi aramwishura, at’ Ejo ukwezi kuzoboneka, kandi nta cari gikwiye kumbuza gusangira n’umwami; ariko ndekura ngende ninyegeze ku musozi, gushitsa ku musi ugira gatatu ku mugoroba; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |