Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 20:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Kandi yar’ avyagiye ku ntebe yiwe, nk’uko yahora, ari yo ntebe yegamiye inzu; Yonatani yar’ amutumbereye, Abuneri yicaye i ruhande ya Sauli; arikw icicaro ca Dawidi carimw’ ubusa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 20:25
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ aramubarira, ati Ngaho Samusoni, Abafilisitiya baragushikiriye! Aca arakanguka, agira ngw arabakira nk’uko yahora, abīkunkumure. Ariko ntiyar’ azi yuk’ Uhoraho yamuretse.


Maze Yonatani aramubarira, at’ Ejo k’ukwezi kuzoboneka, bazokurāba bakubure, kukw icicaro cawe kizoba kirimw’ ubusa.


Nuko Dawidi yinyegeza ku musozi; bukeye ukwezi kubonetse, umwami aravyagira ngw afungure.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ