Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 20:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 nce ntuma umwana, ndamubarire, nti Genda utore irya myampi. Maze ni nabarira nya mwana, nt’ Eh’ imyampi iri hino yawe, n’uyābīre; uz’ uheze uze, kukw azoba ar’ amahoro, ata co kwinona, nkurahiye uguhoraho kw’Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 20:21
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze ni bigana umwete ingeso z’abantu banje, bakarahira izina ryanje, ni kwo guhoraho kwanje Uhoraho, nk’uko nyene bāri bārigishije abantu banje kurahira Bayali; ni ho bazokomezwa hagati y’abantu banje.


kand’ uzorahira uguhoraho kwanje Uhoraho mu vy’ukuri no mu biroranye no mu bugororotsi, maz’ amahanga azohezagiranira muri jewe, kandi ni jewe azokwirata.


Naho barahira uguhoraho kw’Uhoraho, n’ukuri barahira ibinyoma.


Abarahira ubuyobe bg’i Samariya, bati Nk’ ukw imana yawe ihoraho, ewe Dani; kandi bati Nk’uko bga bgirukiro bgawe bur’ aho, ewe Beri‐sheba: na bo nyene bazogwaho, ntibasubire kuvyuka ukundi.


Nanje nzorasa imyampi itatu i ruhande yaco, nk’aho ndi n’ico ngenekereje;


Ariko ni nabarira nya muhungu, nt’ Eh’ imyampi iri hirya yawe; uz’ uheze uhunge, kuk’ Uhoraho azoba aguhungishije.


Maz’ abarira uwo mwana, at’ Irukanga utore imyampi ngira ndase. Umwana aciruka, Yonatani arekura umwampi, uramurēngāna.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ