Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 20:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Maze Yonatani aramubarira, at’ Ejo k’ukwezi kuzoboneka, bazokurāba bakubure, kukw icicaro cawe kizoba kirimw’ ubusa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 20:18
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze ku musi ugira gatatu, uz’ uce umanuka vuba, usubire ha handi wari winyegeje ku musi wa vya bindi, ugume hambavu ya ca gihongo c’amabuye.


Kandi yar’ avyagiye ku ntebe yiwe, nk’uko yahora, ari yo ntebe yegamiye inzu; Yonatani yar’ amutumbereye, Abuneri yicaye i ruhande ya Sauli; arikw icicaro ca Dawidi carimw’ ubusa.


Dawidi aramwishura, at’ Ejo ukwezi kuzoboneka, kandi nta cari gikwiye kumbuza gusangira n’umwami; ariko ndekura ngende ninyegeze ku musozi, gushitsa ku musi ugira gatatu ku mugoroba;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ