Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 20:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Namba nzoba nkibayeho, uz’ ungirire imbabazi nk’iz’ Uhoraho;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 20:14
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ uz’ unyibuke, ni wamara kumererwa neza, uz’ untabare, ndakwinginze, umvugire kuri Farawo, unkūze mur’ iyi nzu.


Bukeye Dawidi arabaza, ati Mbega har’ agasigarira mu nzu ya Sauli koba kakiriho, kugira ngo ndamugirire neza kubga Yonatani?


Umwami aramubaza, ati Mbega mu nzu ya Sauli nta woba akiriho ngo ndamugirire neza kubg’ Imana? Ziba yishura umwami, ati Haracarih’ umwana wa Yonatani amugaye ibirenge.


Ariko data ni yaramuka agomba kukugirira nabi, simbikumenyeshe, ngo nkurungike wīgīre uburarame, Uhoraho abimpanire, kandi birushirije. Kand’ Uhoraho az’ abane nawe nk’uko yabana na data.


na ho ni napfa, na ho nyene ntuz’ ukūre imbabazi zawe ku nzu yanje gushitsa ibihe vyose, eka mbere gushitsa ah’ Uhoraho azoba ahejeje kurandura abansi bawe bose kw isi.


Kand’ iri jambo tuvuganye twe nawe, Uhoraho abe hagati yacu ibihe vyose.


None rero ndahira Uhoraho k’utazorandura uruvyaro rwanje, kandi k’utazozimiriza izina ryanje mu nzu ya data.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ