1 Samweli 20:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Nuko Yonatani abarira Dawidi, at’ Uhoraho Imana y’Abisirayeli ni we cabona; ejo nk’aya mango, canke hirya y’ejo, nzoba nāmaze gucaca data; maze ni nasanga akuvuga neza, nzoca ngutumako, ndabikumenyeshe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |