11 Yonatani aramubarira, ati Hogi dusohoke tuje ku gahinga.
Maze Dawidi abaza Yonatani, ati None so ni yakwishura nabi, nzobibgirwa n’iki?
Nuko Yonatani abarira Dawidi, at’ Uhoraho Imana y’Abisirayeli ni we cabona; ejo nk’aya mango, canke hirya y’ejo, nzoba nāmaze gucaca data; maze ni nasanga akuvuga neza, nzoca ngutumako, ndabikumenyeshe.