Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 20:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Maze Dawidi abaza Yonatani, ati None so ni yakwishura nabi, nzobibgirwa n’iki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 20:10
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

bat’ Umugabo aganza ico gihugu yatubariye adutera imirarwe, atugirira nk’aho tur’ abatasi batata igihugu.


Maze Yosefu abonye bene se arabamenya, yihindura nka murundi kuri bo, abatera imirarwe, ati Muva hehe? Baramwishura, bati Tuva mu gihugu c’i Kanani tuje gusuma.


Maz’ umwami yanse inama yagīriwe na ba bashingantahe, yishura abantu abakankamira,


Umworo akoma ibōbo, Arik’ umutunzi we yishurana ubugabo.


Yonatani aramubarira, ati Hogi dusohoke tuje ku gahinga.


Yonatani aramwishura, ati Biragahera! None nomenya ko data afise inama yo kukugirira nabi, sinoca ndabikubgira?


Nabali yishura abo bantu ba Dawidi, ati Dawidi n’iki? Kandi mwene Isayi n’iki? Erega mur’ iyi misi harih’ abashumba benshi bātaye ba shebuja.


Maz’ umwe mu mikangara ya Nabali abarira Abigayili muka Nabali, at’ Erega Dawidi yatumye intumwa ziva mu bugaragwa ngo zize kuramutsa databuja; na we araheza arabarandamukira.


None rer’ ubimenye, wiyumvire ico wokora, kuko hagiye kuba ivyago kuri databuja no ku rugo rwiwe rwose, kand’ ar’ umuntu w’umugesera, ata woshobora kugira ico amubgira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ