1 Samweli 2:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Maze ngw Azokwihagurukiriza umuherezi w’umwizigirwa, umuntu azokora nk’ivyari mu mutima wiwe no mu vyiyumviro vyiwe; ngo Kand’ azomwubakira inzu izokwamaho; na we azogendanira uwo yimikishije amavuta ibihe vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ngo None rero, ni wumvira ivyo azokubarira vyose, ng’ Ukagendera mu nzira ziwe, ng’ Ugakora ivyo abona ko bibereye, ng’ Ukitondera amabgirizwa yiwe n’ivyagezwe vyiwe, ngo Nk’uko Dawidi umusavyi wiwe yagenza, ngo Nukw azobana nawe, ngw Agushingire inzu itazovaho, nk’iyo yashingiye Dawidi, ngo Kand’ azoguha Abisirayeli.