Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 2:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Ngo Maze mu magorwa yawe uzotimamukira ivyiza azoba ahaye abandi Bisirayeli; ngo Kandi nta n’umwe wo mu nzu yawe azoba agishika mu zabukuru kugeza ibihe vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 2:32
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uku ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, ati Hazoba igihe abatāma n’abatāmakazi bazokwongera kwiganamira ku bibuga vy’i Yerusalemu, umuntu wese azoba yishimikiza ikibando kubgo kwisāzira cane.


Ngo Kandi ni hagira umuntu wo kuri wewe azosigara atamukūye ku gicaniro ciwe, na ho nyene bizoba ar’ ugusigara akobotse amaso, atuntuye mu mutima; ngo Kand’ ab’ uruvyaro rw’inzu yawe bose bazogenda bapfa bakenyutse.


Kand’ isandugu y’ Imana ifatwa mpiri; na bene Eli bompi, Hofuni na Finehasi baricwa.


Aravuga, at’ Icubahiro kirashize mu Bisirayeli, kukw isandugu y’Imana ifashwe mpiri.


Nukw abantu batuma i Shilo, bakūray’ isandugu y’isezerano ry’Uhoraho Nyen’ ingabo yama avyagiye ku bakerubi, barayizana. Kandi bene Eli bompi, Hofuni na Finehasi, bazanana n’iyo sandugu y’isezerano ry’Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ