1 Samweli 2:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Nuko Eli yar’ ageze mu zabukuru; kandi yama yumva ivyo abo bahungu biwe bagirira Abisirayeli bose, kandi ko basambana n’abagore bākora ibikorwa vyo ku muryango w’ihema ry’ibonaniro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |