Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 2:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Maz’ Uhoraho agendera Hana, asama inda, aja imbere avyara abana b’abahungu batatu n’abakobga babiri. Arik’ uwo mwana Samweli akurira imbere y’Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 2:21
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho agendera Sara nk’ uko yavuze, kand’ amugirira nk’uko yamubariye.


Abana ni bo ngabire Uhoraho agaba, Imbuto zo mu nda ni zo mpēra atanga.


Ni ho uzobona gushimwa, bo n’ubgenge bushitse, Mu maso y’Imana n’abantu.


at’ Umwami ashimwe, Imana y’Abisirayeli, Kukw igendeye abantu bayo, ikabacungura;


Nya mwana arakura, agwiza inkomezi z’umutima, aba mu bugaragwa kugeza umusi yerekewekw Abisirayeli.


Kand’ uno mwana arakura, agwiza inkomezi, yuzuzwa ubgenge, ubuntu bg’Imana bgari kuri we.


Kandi Yesu agwiza ubgenge no gukura no gushimwa n’Imana n’abantu.


Hanyuma uwo mugore avyara umwana w’umuhungu, amwita Samusoni; uwo mwana arakura, Uhoraho amuha umugisha.


Arik’ uwo mwana Samweli akomeza gukura, no gushimwa n’Uhoraho n’abantu.


Nuko Samweli arakura, Uhoraho abana na we; ntiyakunda ko hagira ijambo na rimwe rya Samweli rikorokera hasi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ