1 Samweli 2:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Eli na we agahezagira Elukana n’umugore wiwe, at’ Uragahabga uruvyaro n’Uhoraho kur’ uyu mugore, abasubirize mu bukandu bg’ uwo yahaye Uhoraho kw’ inkūka; bagaheza bagasubira i wabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |