Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 2:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Kandi nyina yama amubarīrira agahuzu, akakamushīra uk’ umwaka utashe, uko yajana n’umugabo wiwe gutanga ikimazi c’umwaka;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 2:19
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Muze mungirire imisi mikuru gatatu‐gatatu mu mwaka:


Kand’ umwinjiro wo kwambarirwako efodi uz’ uwujishe mu nyuzi z’amasufe gusa;


Maz’ uwo mugabo Elukana akora abo mu rugo rwiwe bose aradūga, aja gushikanira Uhoraho ikimazi c’uwo mwaka no gushitsa amasezerano yiwe.


Uwo muntu yama ava mu gisagara c’i wabo uk’ umwaka utashe, akadūga i Shilo gusenga no gushikanira Uhoraho Nyen’ ingabo ibimazi. Kandi bene Eli bompi, Hofuni na Finehasi, bār’ abaherezi b’Uhoraho aho hantu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ