Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 2:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Mbere batarosa ibinure, umusuku w’umuherezi yaraza, akabarira ūtanze ikimazi, ati N’umpe inyama zo gutarira umuherezi, kukw atagomba k’umuha izitētse, atar’ imbisi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 2:15
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntimuze muzirye mbisi, canke zitetse, shiti zitaze; hamwe n’umutwe wawo n’ibinōno n’ivyo mu nda.


Umuherezi aheze avyosereze ku gicaniro: ivyo bizoba bibaye imfungurwa, ari ryo shikanwa ritōngōrwa n’umuriro, ngo ribe umubabge umota neza; ibinure vyose bizoba ivyanje.


Kukw abameze bartyo Umwami wacu Kristo atari we bajakariye, ariko n’inda zabo, kandi bōhesha imitima y’aberanda amajambo meza n’ivyo kubanezereza.


iherezo ryabo n’uguhona, imana yabo n’inda, biratana ibiteye isoni vyabo, ivy’ isi ni vyo bababaye.


Abo n’ivyubirizi mw isangira ryanyu ry’urukundo, iyo basangira namwe ivyiza; n’abungere bīragira ubgabo ata dusoni: n’ibicu bitagira amazi, bikubebga hose n’umuyaga; n’ibiti birumvye bitāma, vyapfuye kabiri, vyaranduranywe n’imizi;


akagita mw isafuriya, canke mw ibinika, canke mu nkono, canke mu kazīhebe; maz’ iz’ ico cuma cājabura zose, umuherezi yarazītwarira. Uko ni ko bāgirira Abisirayeli bose uko bagiye i Shilo.


Uwo muntu yamwishura, ati Hinge babanze bose ibinure, uheze ubone gutwara iz’ ugomba; na we akamubarira, at’ Oya, urazimpa ubu nyene: utazimpaye ndazitwara wanse ukunze!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ