Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 2:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 n’ivy’imituri abaherezi bāgenewe ku bimazi vy’abantu. Iy’ umuntu atanze ikimazi, inyama zigitētswe, umusuku w’ umuherezi yaraza, afise icuma mu ntoke cārura inyama c’ingobe zitatu;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 2:13
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arambarira, at’ Aha ni ho abaherezi bazoteka ibimazi vy’impongano n’ibimazi bitangirwa ivyaha, kandi ni ho bazokaranga amashikanwa y’amafu; kugira ngo boye kubijana mu ntangaro, bakavyezesha abantu.


akagita mw isafuriya, canke mw ibinika, canke mu nkono, canke mu kazīhebe; maz’ iz’ ico cuma cājabura zose, umuherezi yarazītwarira. Uko ni ko bāgirira Abisirayeli bose uko bagiye i Shilo.


Nuko Eli yar’ ageze mu zabukuru; kandi yama yumva ivyo abo bahungu biwe bagirira Abisirayeli bose, kandi ko basambana n’abagore bākora ibikorwa vyo ku muryango w’ihema ry’ibonaniro.


Ngo N’iki gituma mutimamukira ibimazi vyiwe n’amashikanwa yiwe, ivyo yashinze ko bamuzanira mu ngoro yiwe, ng’ Ukūbaha abahungu bawe kubamurutisha, mukīgaburira ibinoboye vyo mu bimazi vyose abantu biwe b’Abisirayeli bamushikanira, mukīvyibuhira?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ