Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 19:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Bukeye ya mpwemu mbi irungitswe n’Uhoraho iza kuri Sauli, avyagiye mu ngoro yiwe, afise icumu mu minwe; Dawidi amuvugiriza inanga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 19:9
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho arayibaza, at’ Uja kumwosha ute? Na yo iti Ndagenda nihindure impwemu y’ibinyoma mu kanwa ka ba kamenyi biwe bose. Na we arayishura, ati Nuko, uramwosha, kand’ uzobishobora; genda ugire urtyo.


Mpwemu w’Uhoraho amaze kuva kuri Sauli, impwemu mbi irungitswe n’Uhoraho yama igenda imufata bga gikange.


Maz’ abantu ba Sauli baramubarira, bat’ Ereg’ impwemu mbi irungitswe n’ Uhoraho ni yo igukanga!


Enda se databuja, n’udutume twebge abasavyi bawe duhagaze hano, tuje kukuronderera umuntu w’ umuhinga azi gucuraranga inanga; maz’ iyo mpwemu mbi irungitswe n’Imana iy’ igufashe, az’ agucurarangire, ukire.


Bukeye hasubira kuba intambara; Dawidi aratabara, arwana n’Abafilisitiya, abatikiza agatikizo gakomeye; abasigaye barahunga.


Bukeye Sauli yumva ko Dawidi n’abo bari kumwe har’ abababonye; kandi yar’ avyāgiye musi y’igiti c’umwesheli ku gatwe k’ umusozi i Gibeya; yar’ afise icumu mu minwe, kand’ abagendanyi biwe bose bari bahagaze bamukikije.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ