Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 19:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Yonatani arahava ahamagara Dawidi, amwīgānira ivyo vyose. Nuko Yonatani arengukana Dawidi imbere ya Sauli, aguma ngaho nk’uko yahora.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 19:7
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yakobo abona yuko Labani atakimurāba ijisho ryiza nka mbere.


Kandi mu bihe vya kera, hamwe Sauli yar’ umwami, ni wewe wajana Abisirayeli gutabara, mugatabarukana. Kand’ Uhoraho Imana yawe yarakubgiye kw ari wewe uzoragira abantu biwe b’Abisirayeli, kandi k’uzoba segaba wabo.


Mose abarira Uhoraho, ati Mwami, mbega ko ntar’ imvuzi, bikaba bitantanguyeko ejo canke hirya y’ejo, cank’ ubu aho tuvuganiye, jewe umusavyi wawe: kuko ntabangutse mu mvugo canke mu rurimi.


Kukw ikirundo c’inkwi citeguwe uhereye kera, mbere citeguriwe umwami; Uhoraho yakigize kirekire kandi kinini; ibigikomanije n’umuriro n’ibigiga vyinshi; impwemu z’Uhoraho zimeze nk’ umugezi w’amazuku ni zo zibidometse.


Nuko Dawidi ashitse kwa Sauli arenguka imbere yiwe; Sauli aramukunda cane, amugira ūmutwaza ibirwanishwa.


Bukeye impwemu mbi irungitswe n’Imana iza kuri Sauli akābushūngwe, ashirakw ariyamiriza ari mu ngoro, Dawidi akavuza inanga nk’uko yar’ asanzwe akora imisi yose; kandi Sauli yar’ afise icumu mu ntoke.


Ni co catumye amwigizayo, akamugira umugabisha w’ingabo igihumbi, akāma atabarana na zo amaja n’amaza.


Maz’ uwo musi Sauli aca agumya Dawidi, ntiyamukundira gusubira kwa se ukundi.


Nuko Sauli yumvira Yonatani, aramurahira, ati Ndahiye uguhoraho kw’ Uhoraho akaba agipfuye!


Bukeye hasubira kuba intambara; Dawidi aratabara, arwana n’Abafilisitiya, abatikiza agatikizo gakomeye; abasigaye barahunga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ