Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 19:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Bukeye Yonatani avugana na se Sauli, amushimira Dawidi; aramubarira, ati Mugenzi, ntuz’ ugirire nabi Dawidi umusavyi wawe, kukw ata kibi yakugiriye; mber’ ivyo yagukoreye vyabaye vyiza cane,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 19:4
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Reyubeni arababgira, ati Sinababariye, nti Ntimugire ico mugira uwo mwana, mukanka kunyumvira? ni co gitumye amaraso yiwe aturondererwako.


Ūzovisha amaraso y’ umuntu, n’ayiwe azovishwa n’abandi: kuk’ umuntu namuremye mw ishusho yanje, jewe Imana.


Umuntu ni yagirira nabi mugenzi we, bakamwaka indahiro, akaza akarahirira imbere y’igicaniro cawe mur’ iyi ngoro,


Nabakoreye ivyiza bansubiza ibibi, Bigahindura umutima wanje nk’imbura.


Barirukanga bakitegura, batagira ico bampōra. Vyukuruka unsanganire, uvyitegereze:


Uwishura iciza ikibi, Ikibi ntikizoruha kiva ku nzu yiwe.


Mbeg’ iciza cokwishurwa ikibi? Ko banyimbiye icobo! Ibuka ingene nahagaze imbere yawe kugira ngo mbavugire neza, kugira ng’ uburake bgawe bubaveko!


Nukw iyo mukoreye icaha bene Data murtyo, mugakomeretsa imitima yabo idakomeye, muba mukoreye icaha Kristo.


Uwanka mwene Data wundi n’umwicanyi; kandi murazi yukw ata mwicanyi yogira ubugingo budashira ngo bugume muri we.


Umuntu ni yacumura ku wundi, Imana ishobora kubuzuza; arik’ uwocumura k’ Uhoraho, ni nde yomuvugira? Yamara bīrengagiza ivyo se ababariye, kuk’ Uhoraho yari yagabiye kubica.


Maze Yonatani yishura se Sauli, ati Non’ apfa azize iki? Yakoze iki?


Ahimeleki yishura umwami, ati Mbega none mu basavyi bawe bose har’ uwoba umwizigirwa nka Dawidi umukwe w’ umwami, ari we aganza abagushibamira, akaba umunyacubahiro mu rugo rwawe?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ