1 Samweli 19:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Nuko Sauli atuma abantu gufata Dawidi: bashitseyo, basanga abavugishwa n’Imana b’agakama bariko baravugishwa, na Samweli ahagaze ngaho nk’umukuru wabo; maze Mpwemu w’Imana aza kur’ izo ntumwa za Sauli, na zo zica ziravugishwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |