15 Hanyuma Sauli yongera gutuma izo ntumwa ngo barābe Dawidi, ati Mumuterurane n’uburiri mumudūgane, mumunzanire, ndamwice.
Kand’ asangw’ abo mu rugo rwanje batavuga, Bati Ni nde yobona umuntu n’umwe atāhāgijwe n’inyama yagabura?
Umunyakibi aja inama yo kugirira umugororotsi nabi, Kand’ amuryaniriza imisaya.
Ibirenge vyabo vyihutira kuvisha amaraso.
Nukw izo ntumwa Sauli yarungitse gufata Dawidi, Mikali arazibgira, at’ Ararwaye.
Nukw izo ntumwa zinjiye zisanga terafimu ari yo iri ku buriri, na ca kijishano c’ubushenza bg’impene kiri mu mutwe wayo.
Nuko Sauli yumvira Yonatani, aramurahira, ati Ndahiye uguhoraho kw’ Uhoraho akaba agipfuye!