Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 19:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Nukw izo ntumwa Sauli yarungitse gufata Dawidi, Mikali arazibgira, at’ Ararwaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 19:14
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abantu ba Abusalomu bashikīra nya mugore mu rugo, baramubaza, bati Ahimasi na Yonatani bari hehe? Nya mugore arabishura, ati Bafashe hakurya. Nuko babarondeye, barababura, basubira i Yerusalemu.


nuko hageze mu mūgarira, buhwibiriye, abo bantu baciye bagenda, ariko sinzi aho baroye; enda ni mubakurikire, murabafata.


Hanyuma Sauli yongera gutuma izo ntumwa ngo barābe Dawidi, ati Mumuterurane n’uburiri mumudūgane, mumunzanire, ndamwice.


Nuko Sauli atuma abantu gufata Dawidi: bashitseyo, basanga abavugishwa n’Imana b’agakama bariko baravugishwa, na Samweli ahagaze ngaho nk’umukuru wabo; maze Mpwemu w’Imana aza kur’ izo ntumwa za Sauli, na zo zica ziravugishwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ