Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 19:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Mikali araheza ahitana terafimu, ayirambika ku buriri, ayishirakw ikijishano c’ ubushenza bg’impene mu mutwe, ayorosakw impuzu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 19:13
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Labani yari yagiye gukemuza intama ziwe; nuko Rakeli yiba ibigirwamana vya se.


Kukw Abisirayeli bazomara imisi myinshi ata mwami, ata n’ūganza, ata n’ikimazi batanga, ata n’inkingi y’ikigirwamana, ata n’umwambaro witwa efodi cank’ ibigirwamana vyitwa terafimu:


Uwo mugabo Mika yar’ afise akanyabugoro k’ibigirwamana; arondeza umwambaro witwa efodi na terafimu, yirobanurira umwe mu bahungu biwe ngw amubere umuherezi.


Maze ba bandi ukw ari batanu bāri baragiye gutata igihugu c’i Layishi, babgira bagenzi babo, bati Harya murazi ko mur’ uru rugo harimwo efodi na terafimu n’igishushanyo kibājwe n’igishushanyo kivugutiye mu nkero? None rero ni mwiyumvire ico mwokora.


Nuko bano ukw ari batanu bāri baratase ico gihugu, ni kwo kudūga bakinjira mu nzu, bagasahura ico gishushanyo kibājwe na efodi na terafimu na ca gishushanyo kivugutiye mu nkero; arik’ uwo muherezi yar’ ahagaze kw irembo hamwe n’abo bantu ukw ar’ amajana atandatu bitwaje ibirwanishwa.


Nukw izo ntumwa zinjiye zisanga terafimu ari yo iri ku buriri, na ca kijishano c’ubushenza bg’impene kiri mu mutwe wayo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ