Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 19:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Nuko Mikali acisha Dawidi mw idirisha, aramwururutsa, na we aca aratemesha, arahunga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 19:12
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abantu ba Abusalomu bashikīra nya mugore mu rugo, baramubaza, bati Ahimasi na Yonatani bari hehe? Nya mugore arabishura, ati Bafashe hakurya. Nuko babarondeye, barababura, basubira i Yerusalemu.


Amarushwa y’umugororotsi ni menshi, Arik’ Uhoraho ayamukiza yose.


Araheza abūrurukisha umugozi abacishije mw idirisha, kukw inzu yiwe yar’ ifatanye n’uruzitiro rw’amabuye ruzitiriye igisagara: ni ho yaba.


Abahungu ba Sauli bāri Yonatani na Ishivi na Malikishuwa, kand’ abakobga biwe bompi, umukuru yari Merabu, umutoyi yari Mikali.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ