Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 19:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Maze Sauli atuma abantu ngo baje kwa Dawidi, bamuryamire, kugira ngo ni bgāca bamwice. Maze Mikali, muka Dawidi, aramubarira, at’ Iri joro n’utanyaga amagara, ejo bazokwica.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 19:11
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Dawidi arishura, ati Ni vyiza; mut’ Azosezerana nawe; muti Mugabo hariho kimwe akugombako, mut’ Utazanye Mikali mwene Sauli, ah’ uzozira ngo mubonane, muti Ntuzomukubita ijisho.


Babarira ab’i Gaza, bati Samusoni ashitse hano. Baramuryamira, barāra bamutegeye kw irembo ry’igisagara, bakēsha ijoro ryose banumye, bati Tubanze turorēre buce, duheze tumwice.


Nuko Sauli atuma abantu gufata Dawidi: bashitseyo, basanga abavugishwa n’Imana b’agakama bariko baravugishwa, na Samweli ahagaze ngaho nk’umukuru wabo; maze Mpwemu w’Imana aza kur’ izo ntumwa za Sauli, na zo zica ziravugishwa.


Erega mwene Isayi agihumeka, nta guhangama kwawe, nta n’ugutsindaza kw’ingoma yawe. Nuko tuma bamunzanire; n’ukuri azopfa nta kabuza!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ