26 Nukw abo bantu biwe bamaze kubarira Dawidi ayo majambo, Dawidi aca ashima kuba umukwe w’umwami.
Abo bagabo babaza Loti, bati Har’ abandi bantu ufise hano? abakwe bawe n’abahungu bawe n’abakobga bawe n’ab’ufise bose mur’ iki gisagara, bakūre aha hantu.
Aravuga, ati Nzomumuha, amubere umutego, agwe ku Bafilisitiya. Ni co catumye Sauli abarira Dawidi ubugira kabiri, at’ Uyu musi ubaye umukwe wanje.