1 Samweli 18:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Maze Sauli arababarira, ati Muze mubarire Dawidi, muti Ntagomba inkwano; mut’ Ico agomba n’ubugabo ijana uzoshāhura Abafilisitiya, kugira ngo yīhōre abansi biwe. Ariko Sauli yagira ngw akororere Dawidi mu maboko y’Abafilisitiya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |