1 Samweli 18:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Nuko Sauli abarira abantu biwe, ati Ni muje kuyāga na Dawidi mu mpisho, mumubarire, mut’ Umve, umwami aragushima, kandi n’ abantu biwe bose baragukunda; muti None rer’ ukwiye kuba umukwe w’umwami. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |