2 Maz’ uwo musi Sauli aca agumya Dawidi, ntiyamukundira gusubira kwa se ukundi.
Kandi Dawidi yaja agīshanya imbu, hamwe akaba kwa Sauli, ahandi akaja kuragira intama za se i Betelehemu.
Yonatani arahava ahamagara Dawidi, amwīgānira ivyo vyose. Nuko Yonatani arengukana Dawidi imbere ya Sauli, aguma ngaho nk’uko yahora.