Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 18:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Arikw igihe Merabu uwo mukobga wa Sauli yar’ akwiye gushingirwa Dawidi, bamuha Aduriyeli Umumeholati, aramurongora.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 18:19
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuk’ umwami afata abahungu babiri ba Risipa umukobga wa Aya, yavyaranye na Sauli, Arumoni na Mefibosheti, bo n’abahungu batanu ba Merabu umukobga wa Sauli, yavyaranye na Aduriyeli mwene Baruzilayi Umumeholati;


na Yehu mwene Nimushi na we uz’ umurobanuze amavuta, az’ abe umwami w’Abisirayeli; kandi na Elisa mwene Shafati w’i Abeli‐mehola uz’ umurobanuze amavuta, az’ abe ūvugishwa mu gishingo cawe.


na Bayana mwene Ahiludi yatoza ivy’ i Tanaki n’i Megido, n’i Beti‐sheyani hose hahereranye n’i Zaretani hepfo y’i Yezireli, uhereye i Beti‐sheyani nyene ugaca i Abeli‐mehola ukarinda ushika hirya y’i Yokumeyamu;


Ariko muka Samusoni bamuha umwe wo muri ba bandi bagenzi ba Samusoni, uwo yari yātoye kuba mukuru.


Nuko bakomeza kuvuza za nzamba ukw ar’ amajana atatu, maz’ Uhoraho atuma Abamidiyani basubiranamwo, bazibagurana inkota mu ngabo zose; maz’ ingabo zisigaye zirahunga, zirinda zishika i Betishita ku nzira ija i Zerera, zishika no ku rubibe rw’i Abeli‐mehola ahahereranye n’i Tabati.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ