Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 18:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Ni co catumye amwigizayo, akamugira umugabisha w’ingabo igihumbi, akāma atabarana na zo amaja n’amaza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 18:13
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi mu bihe vya kera, hamwe Sauli yar’ umwami wacu, ni wewe wajana Abisirayeli gutabara, mugatabarukana. Kand’ Uhoraho yarakubgiye kw ari wewe uzoragira abantu biwe b’ Abisirayeli, kandi k’uzoba segaba wabo.


Uhoraho azokuzigama mu maja no mu maza, Uhereye none, ugashitsa ibihe bidashira.


Maze Sauli arababarira, ati Muze mubarire Dawidi, muti Ntagomba inkwano; mut’ Ico agomba n’ubugabo ijana uzoshāhura Abafilisitiya, kugira ngo yīhōre abansi biwe. Ariko Sauli yagira ngw akororere Dawidi mu maboko y’Abafilisitiya.


Sauli abaza abo bagendanyi biwe bamuhagaze irya n’ino, ati Yemwe mwa Babenyamini! Aho mwene Isayi uwo azoha umuntu wese muri mwebge amatongo n’imizabibu? Kandi mwese azobagira abagaba ibihumbi n’abagaba amajana,


abandi azobashinga kuba abagabisha b’ingabo, bamwe igihumbi abandi mirongwitanu; abandi azobagira abarimyi n’abimbuzi biwe, n’abo gucura ibirwanishwa vyiwe vy’intambara n’ivyuma vy’imikogote yiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ