Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ni yashobora kundwanya akanyica, tuzoba abaja banyu; nanje ni nashobora kumutsinda nkamwica, ni mwebge muzoba abaja bacu, mudukorere.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:9
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye Abuneri mwene Neri, n’abantu ba Ishibosheti mwene Sauli, bava i Mahanayimu baja i Gibeyoni.


Maze Nahashi umwami w’ Abamoni aradūga, asagaza inyuma y’i Yabeshi‐gileyadi. Ab’i Yabeshi bose baramubarira, bati Duhe isezerano ryo kuduhāngaza, natwe tuzogusaba.


Uwo Mufilisitiya arongera aravuga, at’ Uyu musi ndagaye ingabo z’Abisirayeli! Enda ni muzane umuntu, twimarize twempi!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ