57 Hanyuma Dawidi atabarutse, avuye kwica wa Mufilisitiya, Abuneri aramujana, amushikiriza Sauli, afise umutwe wa wa Mufilisitiya mu ntoke.
Maze Dawidi afata umutwe wa wa Mufilisitiya, awujana i Yerusalemu; arikw ibirwanishwa vyo asiga abibītse mw ihema ryiwe.
Umwami aramwishura, ati Baza se w’uwo muhungu uw’ ari we.