Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kandi yari yambaye inkofero y’umuringa mu mutwe, n’umwinjiro ukozwe mu miringa, urivye shekeli ibihumbi bitanu;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:5
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mushire amatandiko ku mafarasi, muheze mwūrire, mwebge abayagenderako, mutonde mwambaye inkofero z’ivyuma; murtyorore amacumu, mwambare ivyuma vyo gukīngira imibiri.


Mwābīre inkofero y’agakiza, bo n’inkota ya Mpwemu, ni yo jambo ry’Imana:


Bukeye mu nsago z’Abafilisitiya havamw’ umuhizi yitwa Goliyati w’i Gati; uburebure bgiwe bgar’ amatambge atandatu y’ukuboko uciriye mu nkokora n’itambge rimwe ry’intoke.


ku maguru yari yambaye ibikingira imirundi bikozwe mu miringa; kandi yar’ afise agakobero k’umuringa nyene gatendera inyuma mu butīkorwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ