Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:49 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Maze Dawidi atuma ukuboko mw isaho yiwe, akūray’ ibuye, ariteresha wa mugozi, arinega uwo Mufilisitiya mu ruhanga, rimwiteramwo, aca yikubita hasi yubamye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:49
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umuntu umwe wo mu rugamba apfa kurasa, agema umwami w’Abisirayeli ah’ ivyuma bimukīngīra bihūrira; aca abarira ūtumbereza umukogote wiwe, ati Hindukiza, unkūre mu rugamba, kuko nkomeretse bibi.


Maze Yehu afora umuheto wiwe arawuheza, arasa Yoramu mu mwanya w’ibitugu, umwampi uca mu mutima; aca acurama aho nyene mu mukogote wiwe.


Nuko wa Mufilisitiya atanguye kuza ngw ahūre na Dawidi, Dawidi arabandanya ariruka atumbereye ingabo z’Abafilisitiya, ngw ahūre n’uwo Mufilisitiya nyene.


Uko ni ko Dawidi yagangahuje uwo Mufilisitiya ibuye yateresheje umugozi, akamwica; kandi nta nkota Dawidi yari yitwaje.


kuko yahevye amagara yiwe, akica wa Mufilisitiya, Uhoraho akarokora Abisirayeli uburyo bukomeye. Nawe ubibonye uranezerwa. None n’iki kigutera kugira nabi, ukavisha amaraso y’ūtācumuye, ngo wice Dawidi umuhōye ubusa?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ