1 Samweli 17:47 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 kand’ iri koraniro ryose rimenye yuk’ Uhoraho adakirisha inkota cank’ icumu, kukw intambara ar’ iy’ Uhoraho, kandi ni we agira abagabure mu maboko yacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Asa araheza atakambira Uhoraho Imana yiwe, at’ Ewe Uhoraho, nta mutabazi ariho atari wewe, ashobora gutabara abanyantege nke akabakiza abanyenkomezi; ewe Uhoraho Mana yacu, udutabare, kukw ari wewe twizigiye, kandi tuje mw izina ryawe kurwanya iki gitero kingana girtyo. Ewe Uhoraho, ni wewe Mana yacu: ntuneshwe n’umuntu buntu.