Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Araheza ahitana inkoni yiwe, ashitse ku kagezi, atoramw’ amabuye y’imburungu atanu, ayarokeza mw isaho yiwe y’ubgungere; kandi yar’ afise umugozi mu ntoke wo guteresha ibuye; nukw aja guhūra na wa Mufilisitiya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:40
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

cank’ isaho y’impamba, kandi ntimujane amapfundo abiri, cank’ inkweto cank’ inkoni, kuk’ umukozi akwiye impembo yiwe.


Kandi mur’ izo ngabo zose hārimw’ abantu b’intorwa amajana ndwi b’amabamfu, kand’ umwe‐umwe muri bo yashobora guteresha ibuye umugozi ntāhushe, n’iyo koba agashatsi kamwe.


Ehudi akurikirwa na Shamugari mwene Anati, yica Abafilisitiya amajana atandatu, abicisha umuhunda w’inyobozo y’inka; na we akiza Abisirayeli.


Dawidi araheza ahagatira inkota yiwe hejuru y’iyo myambaro, agerageza gutambuka ngw arābe, kukw atabimenyereye. Maz’ abarira Sauli, at’ Ibi sinshobora kubijana, kuko ntābimenyereye. Nuko Dawidi aravyiyambura.


Wa Mufilisitiya na we aza guhūra na Dawidi, ūmutwaje inkinzo amutamaje imbere.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ