Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Dawidi araheza ahagatira inkota yiwe hejuru y’iyo myambaro, agerageza gutambuka ngw arābe, kukw atabimenyereye. Maz’ abarira Sauli, at’ Ibi sinshobora kubijana, kuko ntābimenyereye. Nuko Dawidi aravyiyambura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:39
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko nzogirira ikigongwe inzu ya Yuda, mbakize jewe Uhoraho Imana yabo; kandi sinzobakirisha umuheto, cank’ inkota, cank’ intambara, cank’ amafarasi, cank’ abayagenderako.


Aranyishura, ati Ngiri ijambo Uhoraho atumye kuri Zerubabeli, ati Si kubg’ inkomezi, si kubg’ ubushobozi, ariko ni kubga Mpwemu wanje, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize.


Maze Sauli yambika Dawidi imyambaro yiwe, amwambika n’inkofero y’umuringa mu mutwe, n’umwinjiro w’ ivyuma.


Araheza ahitana inkoni yiwe, ashitse ku kagezi, atoramw’ amabuye y’imburungu atanu, ayarokeza mw isaho yiwe y’ubgungere; kandi yar’ afise umugozi mu ntoke wo guteresha ibuye; nukw aja guhūra na wa Mufilisitiya.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ