Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:38 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Maze Sauli yambika Dawidi imyambaro yiwe, amwambika n’inkofero y’umuringa mu mutwe, n’umwinjiro w’ ivyuma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:38
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mushire amatandiko ku mafarasi, muheze mwūrire, mwebge abayagenderako, mutonde mwambaye inkofero z’ivyuma; murtyorore amacumu, mwambare ivyuma vyo gukīngira imibiri.


Dawidi atakw aravuga, at’ Uhoraho yagiye andokora mu nzāra z’intambge no mu z’idubu, arandokora no mu maboko y’uwo Mufilisitiya. Nuko Sauli abarira Dawidi, ati Nuko genda; Uhoraho abane nawe.


Dawidi araheza ahagatira inkota yiwe hejuru y’iyo myambaro, agerageza gutambuka ngw arābe, kukw atabimenyereye. Maz’ abarira Sauli, at’ Ibi sinshobora kubijana, kuko ntābimenyereye. Nuko Dawidi aravyiyambura.


Yonatani yikiza umutamana wiwe yari yambaye, awuha Dawidi, amuha n’ivyo yambara mu ntambara, mbere n’inkota yiwe n’ umuheto n’umukanda.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ