Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 twāca tugerekerana nkagikubita, nkakiyāka mu kanwa; cāmvumbukana nkagisūmira urusakanwa, nkagikubita nkacica.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:35
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi na Benaya mwene Yehoyada, umuntu w’umuhizi w’i Kabuseli, na we yari yarakoze ivy’ ubutōre; ni we yishe bene Ariyeli w’i Mowabu bompi; kandi yaramanutse yicira intambge mw isenga, ku musi shelegi yar’ iguye.


Uzokandagira intambge n’ imamba, Uzosiribanga umugunza w’ intambge n’ikiyoka.


Imana yanje yarungitse umumarayika wayo, azibira iminwa y’intambge, nta co zankozeko; kuko nabonetse imbere yayo ntagira igicumuro, kandi nawe, mugenzi, nta kibi nakugiriye.


Uku ni k’Uhoraho agize, ati Nk’uk’ umwungere yaka intambge amaguru abiri cank’ igice c’ugutwi mu kanwa kayo, ni ko n’Abisirayeli bazorokorwa, bībereye i Samariya bīdibamiye ku misezero, no ku misego y’amahariri ku buriri.


Dawidi yishura Sauli, ati Jewe umusavyi wawe iyo ndagiye intama za data, hakaza intambge cank’ idubu kigasahura umwana w’intama mu mukuku,


Non’ umusavyi wawe ko namaze kwica intambge n’idubu, n’uwo Mufilisitiya w’intakebga azopfa nka kimwe muri vyo, kuko yacōkōye ingabo z’Imana nzima.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ