Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Dawidi yishura Sauli, ati Jewe umusavyi wawe iyo ndagiye intama za data, hakaza intambge cank’ idubu kigasahura umwana w’intama mu mukuku,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:34
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Iyatabaguwe n’igikōko sinakuzanira ikirangara, yapfira jewe; izibge warazindihisha, ar’izo ku murango canke mw ijoro.


Kand’ at’ Urazi so n’ingabo ziwe kw ar’ abahizi, kandi baramaze kuraka nk’idubu isahuriwe abana mu gahinga. Bitayeko, so n’umuntu amenyereye ivy’ intambara, ntiyopfa kurāra mu ngabo.


Kandi na Benaya mwene Yehoyada, umuntu w’umuhizi w’i Kabuseli, na we yari yarakoze ivy’ ubutōre; ni we yishe bene Ariyeli w’i Mowabu bompi; kandi yaramanutse yicira intambge mw isenga, ku musi shelegi yar’ iguye.


Kandi na Benaya mwene Yehoyada, umuntu w’umuhizi w’i Kabuseli, na we yari yarakoze ivy’ ubutōre; ni we yishe bene Ariyeli w’i Mowabu; kandi yaramanutse yicira intambge mw isenga, ku musi shelegi yar’ iguye.


Nibutse imisi ya kera; Ndimbūra ivyo wakoze vyose: Ngereranya igikorwa c’amaboko yawe.


Nk’ uk’ umwungere abariritsa umukuku wiwe mu gihe ari mu ntama ziwe zāsābagiriye kure, ni ko nanje nzobariritsa intama zanje; nzozikiza ndazikūre ahantu hose zāsābagiriye ku musi wo gufurangana w’ubgirakabiri.


Uku ni k’Uhoraho agize, ati Nk’uk’ umwungere yaka intambge amaguru abiri cank’ igice c’ugutwi mu kanwa kayo, ni ko n’Abisirayeli bazorokorwa, bībereye i Samariya bīdibamiye ku misezero, no ku misego y’amahariri ku buriri.


Kuko rāba, nzohagurutsa umwungere mu gihugu, atazobabara izizimiye, kandi ntazorondera izāsābagiye, n’ izivunitse ntazozunga, canke ngw aragire izigihagaze; arikw azorya inyama z’izivyibushe, mber’ azoguguna n’inzāra zazo.


Umufilisitiya nzomuhanagura amaraso mu kanwa, ndamukūre n’ibizira mu menyo; na we azoba indokorano ku Mana yacu, abe nk’umutware w’i Buyuda, kand’ uwo muri Ekuroni azoba nk’Umuyebusi.


Mur’ iyo ntāra hār’ abungere bārāra mu gahinga barāririye umukuku w’intungwa zabo.


Ni jewe mwungere mwiza; umwungere mwiza yigura intama ziwe.


kand’ ukwihangana kugatera kudatsindwa no kugeragezwa; kudatsindwa no kugeragezwa kugatera kwizigira ibitaraba;


bāheshejwe n’ukwizera gutsinda abami, no gukora ibigororotse, no kuronka ivyasezeranywe, no kuziba iminwa y’intambge,


Ico gikōko nabonye casa n’ingwe, amajanja yaco yar’ ameze nk’ay’ idubu, akanwa kaco kari kameze nk’ak’ intambge. Ca gisato kigiha ububasha bgaco, no kuja ku ngoma yaco, n’ubutware buhambaye.


Maze Mpwemu w’ Uhoraho amuzako akābushungwe, arayitabagura nk’uwotabagura umwagazi w’impene, kandi yar’ imbokoboko. Ariko ntiyabgira se canke nyina ico akoze.


Kandi Dawidi yaja agīshanya imbu, hamwe akaba kwa Sauli, ahandi akaja kuragira intama za se i Betelehemu.


Sauli yishura Dawidi, ati Ntiwoshobora kuja kurwanya uwo Mufilisitiya, kuk’ ukir’ umwana, ariko we yamenyereye kurwana uhereye mu buto bgiwe.


twāca tugerekerana nkagikubita, nkakiyāka mu kanwa; cāmvumbukana nkagisūmira urusakanwa, nkagikubita nkacica.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ